Amashirahamwe abiri ajejwe kuriha ivyononwe n’ibiza bizofungura saa zibiri zo mu gatondo, ku igenekerezo rya 22 Mukakaro mu micungararo ya Rutland na Washington mu ntumbero yo gufasha abasizwe iheruheru n’imiyaga ikomeye, umwuzure, kugwa kw’imisozi n'ibihuhusi bifasha mu kwiyubaka. Amashirahamwe abiri ahuriweko na Reta hamwe n’Ishirahamwe FEMA bizofasha abarokotse gusaba imfashanyo itangwa n’Ishirahamwe FEMA, gushiramwo inyandiko zikenewe zo gusaba no gusubiza ibibazo by’umuntu ku giti ciwe.
News and Media: Disaster 4720
More About This Disaster
Press Releases & Fact Sheets
24
Abantu baba muri Vermont basavye ubufasha bwa FEMA inyuma y'ibihuhusi n'imyuzurira bikomeye, kuva kuwa 7 Mukakaro, 2023 bazoronka ikete ririmwo ingingo FEMA yafashe. Rishobora kuvuga ko utari mu bagenewe ubufasha, ariko ntibisigura ko bakwankiye.
Impanuka zituma abagizi ba nabi bikika mu kiza mu gusahura abahuye n'impanuka basa nk'aboroshe guhenda.
Vermont homeowners and renters affected by the recent flooding in Vermont who live in counties that have recently been designated for Individual Assistance could be eligible for help from FEMA.
PDFs, Graphics & Multimedia
View the Disaster Multimedia Toolkit for social media and video content to help communicate about general disaster recovery.
No files have been tagged with this disaster.