Press Releases

Search by Date
Enter date range to search between
In an effort to keep FEMA.gov current, please see the content archive for information prior to January 20, 2025.
Naho igihe ntarengwa co kwiyandikisha muri FEMA caheze kw'igenekerezo rya 25 Munyonyo ku bantu batewe n'imvura nyinshi yo muri Mukakaro, abakozi ba FEMA baracahari kugira bafashe abantu bo muri Vermont gusubiza ibibazo no kubafasha kuzuza impapuro zabo. Ikigo FEMA kiremeza ko abantu baguma babamenyesha amakuru yose, cane cane iyo bahindura aho baba canke bafise ibindi bintu bishasha bijanye n'impapuro bujuje.
illustration of page of paper
Abanya vermont batewe n'imvura nyinshi, umwuzure, gutembagara kw'imisozi, n'vyondo muri Nyakanga basigaje gushika isaha 4 z’ijoro z’ijoro ku wa mbere,25 Munyonyo kugira ngo biyandikishe mu gusaba imfashanyo ya Leta nkuru, hashobora kuba harimwo n'imfashanyo ya FEMA yo gusubiramwo amazu no gusubirizwa ibintu,
illustration of page of paper
Ibigo vyo gufasha mu Vyago (DRC) biri ku Ngoro ya Komine ya Hinesburg (kw’ ibarabara rya 10632) na Lyndon Public Safety Facility (316 Main Street) bizokwugara burundu kw’isaha cumi na zibiri z'umugoroba (6 p.m.) ku wa gatandatu, itariki 23 Munyonyo. Amasaha y'ibikorwa y'ibigo gushika ico gihe ni kuva isaha zitatu z'agatondo (9 a.m.) gushika isaha cumin a zibiri z'umugoroba (6 p.m.).
illustration of page of paper
Abanya vermont batewe n'imvura nyinshi, umwuzure, gutembagara kw'imisozi, n'vyondo muri Nyakanga basigaje indwi zibiri kugira ngo basabe imfashanyo ya Leta, hashobora kuba harimwo n'imfashanyo ya FEMA yo gusubiramwo amazu no gusubirizwa ibintu, canke ingurane z'inyungu nke zitangwa n’ ibiro vy’ ibidandazwa bito bito vy’ Amerika. Umunsi wa nyuma wo gusaba ni ku wa 25 Munyonyo 2024
illustration of page of paper
Ibigo vyo gufasha abatewe n' imvura n' umwuzure vyabaye kuva kw' igenekerezo rya 11-13 Mukakaro na 29-31 Mukakaro bizugara ku musi w' amatora, ku wa kabiri, Munyonyo 5.
illustration of page of paper
Ibigo vyo gufasha abatewe n' imvura n' umwuzure vyabaye kuva kw' igenekerezo rya 11-13 Mukakaro na 29-31 Mukakaro bizugara ku musi w' amatora, ku wa kabiri, Munyonyo 5.
illustration of page of paper
Abanyagihugu ba Vermont bagizweko ingaruka n'ibihuhusi, imyuzure, ukunyerera kw'isi hamwe n'ibishanga, bafise ukwezi kumwe kugira basabe ubufasha bwa Leta, burimwo gufashwa gusana amazu na FEMA canke bagahabwa ingurane itangwa mu gihe c'ibiza ku nyungu ntoya n'ikigo ca Leta zunze Ubumwe za Amerika kiraba ubucuruzi butobuto. Italiki ya nyuma yo gusaba ubufasha ni talili 25 z'ukwa cumi na rimwe,2024
illustration of page of paper
Dfashanije na Reta hamwe n'abo basanzwe bafashanya mu gihugu hagati, tugiye guhagarika burundu ibikorwa vy'ikigo kijejwe gutabara (DRC) mu gisagara ca Island Pond igihe c'isaha cumi na zibiri z'umugoroba ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 12 Gitugutu 2024.
illustration of page of paper
Mu nzira yo gufashanya na Leta hamwe n'abo dusanzwe dufashanya bari hgati mu gihugu, tugiye gusozera ibikorwa vy'ikigo cari kijejwe gutabara mu gihe c'ibiza (RDC) i Waterbury igihe c'isaha zitandatu z'ijoro ku wa gatandatu igenekerezo rya 12 Gitugutu 2024.
illustration of page of paper
na Vermont barakozweko bikomeye n'ibihe vy'ihindagurika ry'ikirere vyabye guhera muri Mukakaro gushika muri Munyonyo italiki 25, 2024, amadosiye azobandanya yakirwa kigo ca leta kijejwe gukinga impanuka n'ibiza FEMA .
illustration of page of paper